Catégorie : Amakuru y’ubu
La longue lutte pour l’Indépendance du Burundi
On : - -PartageLa longue lutte pour l’Indépendance du Burundi Après la lutte pour l’Indépendance Nationale surtout politique par le Roi Mwezi GISABO (1896-1903), MIREREKANO Paul (1950-1962) et le Prince Louis RWAGASORE (1956-61), le Président de la République Feu Pierre NKURUNZIZA s’est illustré par la…
Sentare nkuru ya Afrika y’epfo irasuzuma ivyagirizwa Jacob Zuma
On : - -Partage N’aho yemeye gusubiza imiriyoni 23 z’amafaranga y’amadorare ya Amerika yakoreshejwe mu gusubiramwo inzu bwite y’umukuru w’igihugu Jacob Zuma, iherereye ahitwa Nkandla, mu ntara ya KwaZulu-Natal, urubanza ruri muri sentare rurabandanya. Icegeranyo c’ubugenduzi bw’ubutunzi bwa Reta cerekanye mu mwaka w’2014 ko Jacob…
Pascal Nyabenda amenyesha ko hari ukuboko kuri inyuma y’ibibera mu Burundi
On : - -PartageUmukuru w’umugambwe CNDD-FDD akaba n’umukuru w’inama nshingamateka y’Uburundi Pascal Nyabenda,amenyesha ko ibivugwa vy’ihonyabwoko mu Burundi,vyashikirijwe kandi na Hervé Ladsous ajejwe ibikorwa vyo gutsimbataza amahoro mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, biriko bikorwa n’igihugu c’Urwanda. Yishura ku bibazo vy’ikinyamakuru Jeune Afrique,Pascal Nyabenda yishuye ati : Jeune…