Discours de S.E Pierre Nkurunziza après la prestation de serment du gouvernement(Kirundi)

On : --
Partage

PartageIjambo Nyenicubahiro Petero Nkurunziza umukuru w’igihugu ashikirije abarundi amaze gushinga Leta nshasha Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi, 1. Tubanje gushimira Imana Mushoboravyose yo yatuzigamye gushika uyu musi, tukayisaba kwama hafi yacu mw’irangurwa ry’imigambi twategekanije muri iyi myaka itanu duherutse gutorerwa yo gusubira kurongora…